Manchester United irakira Villarreal kuruyu wa kabiri taliki 29/09/2021 mu marushanwa ya UEFA Champions League.

pogba cr7-ea40a930

Manchester United irakira Villarreal kuruyu wa kabiri taliki 29/09/2021 mu marushanwa ya UEFA Champions League. Uyu ni umukino ukomeye hagati yamakipe zombi kuko buri kipe ishaka gukomeza

CR7 ufite agahigo ko gutsinda ibitego byinshi muri UEFA Champions League 

Ikipe ya Villarreal inyotewe no gutsinda MAN U 

MAN U yasizoye ko igomba gutsinda uyu mukino uko byagenda kose

MAN U Irangaje imbere na Christiano Ronaldo (CR7) nabandi nka Paul Pogba, Marcus Rashford, Harry Maguire, Anthony Martial ntibifuza gutakaza uyu mukino. Kuruhande rwa Villarreal nabo bakaniye ko uyu mukino bagomba kuwutsinda ko nicyabazanye mu marushanwa ari ugutwara igikombe

 

 

Abakinnyi ba Villarreal bakaniye barashaka intsinzi

Umukino urabera kuri stade ya Gdansk Stadium mumujyi wa Gdansk

 

Related articles

lcvy-33889bc6

Chelsea yaraye itsinze ikipe ya Southampton ibitego 3-1 ibi bikaba byatumye Chelsea irara kumwanya wa mbere muri Champion ya Premier League.

Share       Chelsea yatsinze ikipe ya Southampton ibitego 3-1 ibi bikaba byatumye Chelsea irara kumwanya wa mbere muri Champion ya Premier League. Ubu Chelsea irayoboye namanota 16 ikaba irusha iyakabiri amanota 2. Instinzi yaraje Chelsea kumwanya wa mbere  Igitego cyimpoza marira cyabonetse kuruhande rwa Southampton    

1235518974.0upb-dfcbbe66

FC Barcelona izakirwa na Atlético Madrid kuruyu wa gatandatu taliki ya  2/10/2021 saa 21:00 mumikino ya Champion ya Spain LaLiga.

Share       FC Barcelona izakirwa na Atlético Madrid kuruyu wa gatandatu taliki ya  2/10/2021 saa 21:00 mumikino ya Champion ya Spain LaLiga. Ikipe ya Atlético Madrid yakaniye ko ishaka itsinzi  Ikipe ya Barcelona nubwo idafite messi ngo ntibizayibuza gutsinda uyu muriro Luis Suárez rutahizamu ukomeye wakaniye gutsinda ikipe yavuyemo Sergio Agüero rutahizamu utarakina umukino numwe wa LaLiga

Subscribe
Notify of
2 Comments
Most Voted
Newest Oldest
Inline Feedbacks
View all comments
innocent

man u

John

Great game